Dawe wa twese uri mw'ijuru
Daw wa twese uri mw'ijuru
Izina ryawe ni rininahazwe
Ubwami bwawe nibukwire hose
Ivyo ushaka nibigirwe
Kw'isi nko mw'ijuru
Dawe twumvire
Ni igisabisho twahawe, igisabisho c'imisi yose
Igihe cose uhamagaye uti "Dawe", arakwumviriza
Ni igisabisho twahawe, igisabisho c'imisi yose
Igihe cose uvumereye uti "Dawe wa twese", arakwumviriza
Duhe ivyo kurya bidukwiye uyu munsi
Uturekurire ivyaha vyacu
Nk'uko natwe tubirekurira bene wacu
Ntudutererane ibitwosha nabi
Yamara udukize akabi kose
Alleluia
Поcмотреть все песни артиста
Other albums by the artist