Vyarashitse ndagukunda
Niwe rundo rwanje rwambere
Uko umutima wanju ugukunda ukabifata nk'uborofawhy my girl
Hakageri igihe ukwega induru nkuburofa
Irango dushwane
Nanje nabibonye bikangya umutima tuti hange
Ishavu nkarishira k'umutima sinicuza ko naje ntagufise
Ariko kumenya koko ku ngukunda
Ntawugukunda nk'anje eeeh
Ndakubwira amajambo meza ngo unyumve
Ntavyubona
Ndagutetesha nkarenza kurugero wewe uzi
Ntavyo we ubona
Canke hari uwundi akubuza amahoro agunda
Jewe kundusha
Ariko menya nubwo bigutera ubwoba kumbwira
Mbwira nduhuke,ni wewe nkunda
Canke harundi agukunda (utinya ku mbwira)
Canke hari ico nkora kitagenda (ukanka ku mbwira)
Weeh!!
Instrumental
Umutima wanje s'impteri y'imodoka
Ngwireke kubabara mama
Umutika wanje nimbo ubona ko ntacoka menya yuko ndi tabani mama aah!
Ikibabaje ni kimwe eiieh!
Ntiwumva uburibwe bwanje eeh
Ndakwitaho ntubibona umbura ngo ndeke kukugora wee
Ndaguha care
Ngo mama ufise ugupfuha kw'uburofa why
Ntinta pfuha naho my baby ubabazwa n'uko ntabikora
Kuki ugwaza umutima we mbwira
Canke hari ugukunda ku nduta we mbwira
Ntugire isoni zo kumbwira
We mbwira kuko amaraso yanje ari kumutwe wawe
Naho wigira sindabibazwa my Baby
Ariko menya k'uwugukunda ari jewe
Nubwo umera nkutavyerekwa mbwira why why hari impamvu ibituma
Canke hari uwundi akubuza amahoro agukunda jewe kundusha
Ariko menya n'ubwo bigutera ubwoba kumbwira mbwira
Mbwira nduhuke, ni wewe nkunda
Canke hari uwundi agukunda (utinya kumbwira)
Canke hari ico nkora kitagenda (ukanka kumbwira)
Weeh!!!
On the beat
Поcмотреть все песни артиста
Other albums by the artist