Kishore Kumar Hits

Heavenly Melodies Africa - Ndafise Imana lyrics

Artist: Heavenly Melodies Africa

album: Oldies Collection


Ndafise Imana yo kwizigirwa
Iyo niyo ngira nkuyagire
Wewe unanijwe n'ivy'aha kwisi
Tega amatwi iyi ndirimbo
Naho Lazaro bomuta mu mva
Umwami Yesu aramuzura
Niwe yasutse ingabo za Farawo
Mu Kiyaga Gitukura
Ab'Isirayeri barajabuka
Nawe uno musi aragukiza
Naho amacumu yoza akugana
Menya ko Yesu ariwe nkinzo
Naho abo mw'isi batokwemera
Iyakuremye irakuzi
Ko bimeze uko
Ko ufise Imana
None ncuti utinya iki?
Niwe yasutse ingabo za Farawo
Mu Kiyaga Gitukura
Ab'Isirayeri barajabuka
Nawe uno musi aragukiza

Поcмотреть все песни артиста

Other albums by the artist

Similar artists